Ubutegetsi bwa Perezida Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika buvuga ko butishimiye ukungene M23 ivuga ko yavuye mu gisagara ca Uvira, inyuma y'uko ku wa kabiri humvikanye amasasu mu ...
Ibiganiro by'abanyecongo hagati yabo ubwabo ni imwe mu nzira, mbere, yakemuye amakimbirane hagati ya leta ya Kinshasa n'imitwe yitwaje intwaro mu burasirazuba bw'igihugu. Ubu iyi nzira – itavugwaho ...